Uburundi bgononekaye kuva kera: indero
“Abo ubu bita ABAHIMA ni umwe mu miryango y’abatutsi, bari barakumiriwe n’intwaro ya cami, baca bafashwa n’abakoroni gukuraho iyo ntwaro ya cami. Abahima baciye bafata ingingo yo kurandurana n’imizi intwaro ya cami, ijaniranya n’incabwenge zose, kugira basigare batwara abantu kurya kw’ibitungwa.” Ivyo mwoba muvyemera? Canke ni ibitito! Ivyakurikiye: Yashinze ama collèges communaux: ama coco. Aho […]