Indero: Leta y’uburundi iriko irasenyura igihugu itabizi.

Mu gihe igihugu c’ubakiye ku nkingi indwi uhereye ku (1) ibikorwa, (2) Indero (3) Intwaro n’izindi, vyarumvikanye yuko umukuru w’inama nshingamateka ari mubantu badatahura yuko igihugu cubakwa neza mukuvuga ngo abavyeyi ni bafate indero y’abanyeshure mu minwe ngo leta ntavyo ishoboye. Hamaze igihe hibonekeza abarimu bakora badahembwa mumihingo myinshi y’igihugu ndetse niyo baronse akazi bakamara […]