Abagore babiri b’abarundikazi babiranye nk’umugabo n’umugore: Ikizira mw’Ihanga.

Vyari bisanzwe bizwi yuko Abarundi bari mu gihugu n’abari hanze basanzwe bakora ivyaha bibi nko kwicana bakoresheje uburyo bgose kandi bahoye abantu ubusa, bakagerekako ukwiba, ukubesha, ukurementanya, ugusambana n’ibindi. Vyari bisanzwe bizwi kandi ku mu bubisha bginshi Abarundi bakora harimwo gukorora inda, gusambanya ibitungwa, gusambana abasangiye ibitsina; ubu hoho bayiciye imirya kuko hageze aho abasangiye […]