« Ibitabu umurundi wese akwiriye gusoma canke gusomerwa » Dr Levi Rukundo
« INZIRA INDWI ZO GUTABARA NO GUKIZA UBURUNDI- Isezerano ry’igihugu gitemba amata n’ubuki.»Iki gitabu kirimwo ibitabu bitanu (5 Tomes), hamaze gushirwa ahabona ibitabu bibiri bimaze gusomwa cane no gukundwa na benshi. Abasomyi bakomeza kuvuga uko basanga ivyo bitabu.