Abarundi turakeneye umuti w’ivyabaye no gutera imbere
“Namaze umwaka wose nirirwa nkongera nkarara mw’ishamba rya jenyene. Nitwa Louis Bakanibona, mba mu Rumonge ariko navukiye ku mutumba Bitezi, komine ya Matana, intara ya Bururi mu 1948. Nanje narabonye twinshi mu buzima, ariko narigiye cane ku magume yo mu 1972”. Yabaye ndiko ndashika mu bigero. Nari mu myaka 24. Nari umumenyeshamana muri Paruwase ya […]