Mwirinde mu gukurimiza ya mabgirizwa y’isuku

Barundi mwese, mwiyubare kuko akaryama ka nkende kariko karatembera Ako karanda kibonekeza cane mu Kinama (hari abakanduye 21), mu Kamenge (10), mu Gihosha (6), mu Kanyosha (6) hamwe n’i Musave (4) mu ntara ya Kayanza, nk’uko vyerekanwa n’icegeranyo co kur’uyu wa 16/08/2024 cashikirijwe n’ikigo kijejwe gukurikirana ibiza mu Burundi gikukira Ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu Ico […]