Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Angeline Ndayishimiye yihagiye amabanga y’igihugu
Si rimwe kandi si kabiri Abarundi bidoga yuko umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Angeline Ndayishimiye yihagiye amabanga y’igihugu, agakora ibikorwa atari ivyiwe mu gusubirira umukuru w’igihugu n’abashikiranganji. Hariho ngo n’ingingo z’igihugu zifatwa bikaboneka yuko ari ukuboko kwiwe kuri inyuma. Kurubuga rwiwe rwa X yanditse ubgo butumwa yongera arabukurako. Ni ubutumwa bgerekana yuko yagiye kubonana n’umukuru w’igihugu ca […]