Muragabe nti murogwe kandi ngo mwibge

IHANGA RY’ABARUNDI N’ABIZERA MWESE MUGABE. Ishengero rya Yesu Kristo-IHANGA RY’IMANA mu Burundi no mu mahanga, riramenyesheje Abera bose yuko hariho abariko bararogwa bagatako bakibishwa urwenge n’abasuma n’abambuzi babicishije mu migirwa n’imigenzo: Babesha abantu yuko basengeye amazi canke amavuta bicika amaraso ya Yesu Kristo, bigahabga ubushobozi bg’amaraso yiwe yo gukinga uburozi, gukiza ingwara, kwuhagira imikoshi n’imivumo […]