Ingwara y’akaranda iragisibije mu gihugu muriyubare

Mutegerezwa gutambuka kubera ubukene bg’igitoro mugabo kandi mwiyubare n’akaranda kuko karndukira cane mu bisagara. nkuko tumaze imisi tuvyumva ndetse abandi bakavyibonera ibijanye n’ indwara y’akaranda yaje itavyorosha. Hari ababifata nk’imigani ariko igikuru nuko mwotangura gukurikiza amabwirizwa ajanye no kwikingira indwara y’akaranda MPOX Abanya bujumbura namwe birabaraba Nk’uko tubisanga mu kinyamakuru jimbere magazine ng’ibi bimwe mu […]