“Etienne Karatasi yatashe afise imyaka 81 y’amavuka.” Inararibonye muvya politike.
InkuruYumubabaro: Inararibonye ya kera muri #PalipeHutu FNL ndetse no muri Politike y’u Burundi yaryamiye ukuboko kw’abagabo. (Bujumbura kuwa 6 Myandagaro 2024) Etienne Karatasi, yari yasubiriye Gahutu Remy k’uburongozi bw’umuhari PALIPEHUTU, yaryamiye ukuboko kw’abagabo kuri uyu wa 6 Myandagaro 2024 muri Danemark. Iyo mvukira yo mu Kayanza yavutse mu 1943 akaba yari arongoye umurwi w’aba PALIPEHUTU […]