Amafaranga yiwe yahiriye aho yayabitse.
🥹 #Cibitoke: yaciye kuraba asanga ahahora amafaranga hari umunyota Ku mutumba wa Kibaya 2, agacimbiri Gitungura, zone Gahabura ya komine Bukinanyana mu ntara ya Cibitoke, umudandaza w’ibiti yaregeranije amafaranga angana na 3.400.000 FBu buca aja kurangura, bukeye agiye kuraba yasanze yahiye, hari ku musi wa 4 Mukakaro 2024 , igihe c’isaha 6 Musitanteri w’iyo komine […]