“Uguhinduka n’uguhindura abantu n’ibintu mu Burundi.” Igitabo Umurundi wese yosoma canke agasomerwa.
IGITABU:” Uguhinduka n’uguhindura ibintu mu Burundi.” (Tome II) (216 pages) Abarundi twararwaye turarembaturasinzikara tubura gitabara kuko umutiw’ingwara yitwa rubozoratimawanyegejwe n’inkozi z’ikibi, ababisha,ababeshi, indyadya, abicanyi, abasuman’abambuzi. Uretseko twanse kwigira kungene Mose yacuze inzoka y’umuringaakayimanika ku giti maze abakomowebose bayiravye bagakira, hariho inzira yogukira kubabuze iyo barangamiza. Niubuhinga bgo guhinduka, guhindura abantu n’ibintu kugira ngo Abarundibashikire rya […]