Ivyo bavuga ngo President Ndayishimiye yatoye ahanyegeje ubutare n’ibihendabana.

Ubutare mu gihugu c’Uburundi bgagumye bgimbwa bugatungisha bamwe ntihagire n’ico bumarira Abarundi. Aho umukuru w’igihugu avuga yuko yatoye ngo aba coloni banyegeje ubutare ni ikinyoma cikwije. “ UBUTARE Ninde yibuka, abantu bigeze gufatigwa mu Kayanza, bakuye ubutare coltan mu Kirundo? None ubwo butare, bwimbwa na nande? Bari Ababirigi? Kubatavyibuka, nigihe NDAGIJIMANA Visenti, yari murugamba rwo […]