Kubera ingene Uburundi butunganije mur’iki gihe, Abarundi barasuzuguritse mu karere.
Abarundi bakoresha imipaka Uburundi buhana na Tanzanie bavuga ko bafatwa nabi birenze. Tanzaniya carico gihugu gisigaye kitwubaha none vyanse.Abarundi benshi basohokera canke binjirira ku mipaka uburundi buhana na Tanzaniya bavuga ko bafatwa nabi na polisi y’ico gihugu harimwo no gusuzugurwa.Intandaro ya vyose ngo n’ikarata y’urucanco, (Carte international de Vaccination) bakunze kwita carte jaune aho polisi […]