Hariho abagomba kwiyahura kubera ibigeragezo, ni barondere ubufasha bareme
GUHABWA UBUFASHA NO GUTABARIZA ABANDIBakunzi b’ukwezwa n’ukugororoka kugira ngo mwibonere ubwiza bw’Imana mu buzima bwanyu, hariho ibintu biriko biraba bidahumuriza: Nomero ni 68151545 mwo duhamagarane : Mukwiragize ubu butumwa muyindi migwi, Murakoze