Abarundi bari mu mahanga ni mutoze abana banyu mubigishe ikirundi na kahise k’Uburyndi.
« Ni mwigishe abana banyu bikuru bikuru vyabaye muri kahise k’ihanga ryacu». (Les grands événements de l’histoire du Burundi- Great events in Burundi’s history).Mu mwaka wa1981, Imana yatanze imburi kabiri mu myanya itandukanye ivuga ko abana bacu bavukiye hanze mu bihugu twahungiyemwo ishaka ko biga bakamenya kahise k’ihanga ryacu. Ivyakurikiye n’uko Imana yampagurukije, ikanshoboza kwandika […]