Inzira indwi zo gutabara no gukiza igihugu c’Uburundi/ Levi Rukundo
Igitabu: « INZIRA INDWI ZO GUTABARA NO GUKIZA IGIHUGU C’UBURUNDI »Ntawushobora guhisha umwotsi kandi inzu iriko irasha. Uwuvuga yuko atanzu iriko irasha uwo n’umwansi w’igihugu. Ukuzimya umuriro ni ingingo nyinshi ziguma zifatwa n’abategetsi b’igihugu kugira ngo bagerageze gutorera umuti ibibazo bigihanze mugabo biribonekeza yuko izo ngingo ahubgo ziguma ziwenyegeza. Umwotsi ni ikena ry’amafaranga y’agaciro naryo […]