Mugire ugusenga mwejejwe mur’ibi bihe. Ehe ivyo mwokora

INTAMBGE ZITANDATU ZO KUGENDANA N’IMANAAbantu bamwe bumvise ivyerekeye ivy’Imana barabigaya na cane cane abibaza yuko bize kuko hariho abantu babitituje ingendo mbi berekana. Ariko naho bir’uko, hariho ingendo mu gakiza ituma mu mubiri, mu mushaha no mu mpwemu tumererwa neza tukagira inkomezi. Hageze ku bantu biteze amasezerano, bategerezwa kumenya ingene bihana, bezwa no gutazira kugira […]