Itangazo ry’Ihanga Ryera ry’Imana 777/2024
Nkuko musanzwe mubizi Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo rikorera ku mugaragaro mu bihigu vyinshi vyo kw’isi. Mu gihugu c’Uburundi rishinze imizi mu ntara zose z’igihugu. Ahatari urusengero hari ibicaniro kandi niko bimeze no mu bindi bihugu vyo mu mahanga. Hari ibicaniro mu bihugu vya Afrika , Amerika, Aziya, Canada, Ubulaya n’igihugu ca […]