Uturanga 18 tw’abamalayika b’Imana

UTURANGA  18 TW’ABAMARAYIKA Duherutse kubabarira amazina y’abamarayika bakuru n’ivyo bajejwe gukorera abantu batumwe n’Uhoraho Imana. Ubu naho reka tubabarire ibintu 18 Bibiliya ivuga ku mu marayika ukwiriye kumenya kugira ngo wirinde gukora ikosa ni mwahura kuko bagiye kuza baraboneka cane mur’ibi bihe. Abamarayika bafise ikibanza abantu badakunda gutahura muri Bibiliya kandi banditswe incuro 300 uhereye […]