Abarundi mumenye ivyerekeye abamarayika b’Imana kuko mugiye kubabona kenshi mu gihugu

ABAMALAYIKA BAKOMEYE BAKORANA N’ABANTUHariho abamalayika bavugwa cane muri Bibiliya no mu bindi bitabo mugabo amadini n’amashengero menshi abaziko ibintu bike cane. Abamalayika ni ivyaremwe biba mw’ijuru. Bamwe baboneka bafise amababa abandi basa nk’abantu nkatwe, baza kudufasha no kutwerekeza batumwe n’Uhoraho Imana. Umwe wese muribo afise ico ajejwe n’ibikorwa adukorera nk’uko bafise n’ivyo bakora mw’ijuru. Abo […]