Imana ntirobanura ku butoni: Iruzuza Mpwemu Yera abakora ivyo kugororoka vyose.
« Petero yanzika kuvuga, ati N’ukuri ni ho nkimenya yukw Imana itarobanura abantu ku butoni, ariko mu mahanga yose uyubaha, agakora ivy’ ukugororoka, iramwemera. »[Ivyakozwe n’intumwa 10:34-35] Ico twomenya n’uko Imana abantu bose irabemera nk’abo yaremye, kuko irabazi. Ariko hari abo yemera ifatiye kubirenze ivyo, bitewe n’ubucuti bafitanye nayo, kurya no mubuzima har’abo twemera ko ari abagenzi […]