Tube abantu b’ubgenge aho turi hose tudatinya gukora ivyiza.
TWAME DUKORA IVYIZA. « Twame dukora ivyiza, ntiducobogore, kukw igihe ni cashika tuzokwimbura, ni tutarambirwa. »[Ab’i Galatiya 6:9] Gukora ivyiza biri muvyo umuntu wese yahuye na Yesu ahamagariwe. Kandi ntibiba ngombwa ko yirirwa arabisunikirwamwo kuko Yesu ari mumutima niwe abimuha kuvyiyumvamwo.Nico gituma uwamenye Imana arushiriza kunezerwa vyuzuye iyo ariko ivyiza. N’ubwo kwikunda biri muri kamere ya buri […]