Umugororotsi azomererwa neza no mubihe abandi batari bavyiteze.

UMUGOROROTSI AZOMERERWA NEZA. « Mubgire umugororotsi kw azomererwa neza, kukw azotungwa n’ivyo ibikorwa vyiwe vyamuje. »[Yesaya 3:10] Mw’isi yose, abantu batinya Imana irabishimira. Bibiliya ivuga ngo abera bo mw’isi nizo ntore nezerererwa. Ahandi naho ati inyonga z’Uhoraho ziri kubagororotsi. Muyindi mvugo,isi,ibintu,…ntagaciro bifise mumaso y’Imana, vyose n’ivyacu. Umugororotsi azomererwa neza rero. Kumererwa neza Imana ivuga,si ugutunga vyinshi, ahubwo […]