Ibanga rihambaye: Uwizera wese akwiriye kugira ubgenge.

IBANGA UWIZERA WESE AKWIRIYE KUMENYAUmwansi wa mbere w’abizera Imana si satani n’abadayimoni nkuko vyigishwa mu mashengero. Umwansi wa mbere arembeje aba-Kristo bari mw’isi ni ukutamenya ububasha n’ubushobozi bahawe, no kudakoresha ingabire zabo. Abantu benshi birigwa bariganyira ngo nti bize amashure canke ngo ntaco bahawe bakibagira yuko ahubgo aribo bafise muribo ivyo abandi bose bakeneye. Burya […]