Abanyamasezerano bose basabga kwiyeza no kwiyambura umururazi ku magenekerezo ya 28 na 29/02/2024
ABANYAMASEZERANO BOSE BASABGE KWEZWA N’UKWIKURA UMURURAZIUmukozi w’Imana wo mu Ntara ya Rumonge yatumwe ku banyamasezerano bose ngo mur’iyi minsi ibiri irangiza ukwezi kwa kabiri 28-29/02; mwese mwiyeze kandi mwitunganye cane mu kwiyambura umururazi uri mu mitima kugira ngo ntimupfe ahubgo mushikire amasezerano murindiranye igishika.Uwundi mukozi w’Imana wo mu ntara ya Bujumbura yavugishijwe yuko abantu mwese […]