Abahenzwe ngo abazungu baje kubagurira amatongo babubakire amasengero.

Ubukene buri mu bantu benshi hano mu gihugu iwacu bgatumye hariho abitwa abakozi b’Imana bahemuka. Hariho nk’umukozi yatumwe kurondera dossier y’ishengero bamuha ibikenewe vyose, bamuha n’amabanga mugabo aramunanira kubera yananiwe kugendera ku rutonde rw’ishengero, baca baramushimira. None akoresha photocopie y’iryo shengero akabesha abantu ngo niwe Represent Legal nayo shwi. Mbere asigaye akorana n’abandi batekamutwe bazanye […]