Uburundi kugira bukire burakeneye kuganzwa n’ingabire zikorera muri Mpwemu z’Imana

Agatabo gafasha Aba-Kristo kuganza isi Umu-Kristo yoganza, isi siyo yo muganza. Umu-Kristo akura ubushobozi budasanzwe mu ngabire za Mpwemu, mu gusenga, mu kwatuza akanwa kiwe no mu masezerano y’Imana.-Ingabire za mpwemu zikora neza iyo zihagaze mu vyamwa vya Mpwemu Yera dusanga mu [Abigalatiya 5:22-24.]-Ingabire n’agakiza biratandukanye kuko abantu benshi bafise ingabire ariko badafise agakiza.-Agakiza ni […]