Amasezerano Uhoraho Imana yahaye Ihanga ry’Abarundi mu ncamake.
AMASEZERANO UHORAHO IMANA YAHAYE IHANGA RY’ABARUNDI Uhoraho Imana yahishuriye aya masezerano y’igihugu c’Uburundi abavugishwa rurangiranwa benshi kandi asanzwe yanditse muro Bibiliya Yera nk’uko umuhanuzi Yesaya na Mika babihishuriwe muri [YESAYA 19:18-25, MIKA1-4]. Ivyiza bikuru bikuru biri mw’isezerano Uhoraho Imana yahaye Ihanga ryacu n’ibi: Twagiriwe ubuntu bgo kuba twohamagara Uhoraho Imana nawe akaza kuba mu gihugu […]