Abarundi boreka gufungura ibiterwa bidatanga imbuto kugira babeho neza mu gihugu cabo
Dufatiye akarorero ku bigori, harabaho ibigori bisanzwe bifungugwa n’abantu, harabaho ibigori vyagenewe kugaburira ibitungwa n’ibigori bahinguramwo igitoro( biocarburant). Urabishije amaso, ivyo bigori vyose birasa. Turabire hamwe ibi: Murikino gihe, ubgenge bgaragwiriye, hariho abantu bashoboye guhindura imbuto zubgoko bgose bagakora izitandukanye n’imbuto kama. Izombuto zirahurumbogwa cane: zera ningoga, zimbuka cane, zirinda ingwara, zitwara amazi make. Kugira […]