Leta yibga kuko isamara canke babigira babizi: Umuntu umwe usanga afise amashirahamwe atsindira amasoko yose.
Ingwano yo kugwanya ubukene ntawoyitsinda atabanje kugwanya abatera ubukene twihoze ibiriko biraba ubu dufate akarorero ku ntwaro ya Président Nkurunziza n’umugambi yazanye wo gutera amavoka. abantu batanze isoko yogutera ibiti vy’amavoka muci, bingana ni 9.881.317 bazi neza ko bizoca vyuma. Abo bantu batumye Igihugu gihomba amahera angana na 3.677.311.500Fbu Igiti kimwe c’amavoka gitanga 150kg vy’amavoka […]