Igihugu c’Uburundi kipfukamwe mu nda n’abogikingiye kubera « abasangiye ubusa bitana ibisambo »

Abazi yuko Abasangiye ubusa bitanga ibisambo batahure: Aho gupfunga umu chef de zone, umu sitanteri, … ngo yagurishije isukari mureke ugwize isukari mu gihugu urabe yuko hari uwuzosubira kuyirya. Mwirirwa muriruka inyuma y’umwenegihugu ngo yagize fraude y’ikibuni c’igitoro, umukuru w’igihugu, umushikiranganji, aba commissairi,…gushika kuri nyumbakumi. Ni mureke abanyamitahe bazane igitoro bagisuke mu gihugu murabe yuko […]