Intwaro ya karyanishamiryango ya I na U yarabayeho mu Burundi, none yaraheze?

Système i na u yoba yoba iriko irakoreshwa? N’uyu munsi iracahari mugabo yahonduye ishusho gusa. Iyumvire nawe. Kahise k’u Burundi karababaje, uwobishobora yobuzako tugasubiramwo Ecole d’Excellences yashinzwe kubera akanovera k’indero kaheze mumashure nka yose, bgabaye rero uburyo bgo gusubira kugerageza kurondera incabgenge zizofasha mw’iterambere ry’igihugu. Kubisanzwe, iyo ninyishu ifise ingaruka mbi cane, kuko bica vyerekanako […]