Umutumiro w’amasengesho y’Ihanga Ryera ry’Imana.
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RY’IMANA RYOSE. Muri ibi bihe umuntu wese afise amaso yo kubona no gutahura arabona yuko hagezeko abizera Imana bose bihana ivyaha bakora, bakezwa kugira ngo basenge Uhoraho Imana kuko igihe ari iki. Natwe mw’Ihanga Ryera ry’Imana dufise amahirwe yo kugendana n’Imana ikaturongora muri vyose. Niyo yadutumye gutumurira abantu bose aya masengesho. UMUTUMIRO […]