Tuzindukira mu masengesho y’amasaha 12 yo kwiyiriza dushima Imana

UMURARIKIRO W’AMASENGESHO Y’UMUNSI UMWE 7/7/21Igihe cose ijuru rirarikiye abantu gukora amasengesho adasanzwe ya bose, duhora duca tubibamenyesha ngo muyitegurire kandi muyakorane umunezero. Mu gusenga twisonzesheje tuhakura inkomezi nyinshi zo mu buryo bg’Impwemu zituma duhagarara kandi tukanesha ibitero vya satani.Aya masengesho y’amasaha 12 ni ayo gushimira Imana ku bikorwa bitangaje yadukoreye, ivyo iriko irakora n’ivyo yimirije […]