Ikizamini kigira umunani

IKIZAMINI KIGIRA UMUNANINkuko twatanguye tubigenza kuva ku kizamini ca mbere, ku kabazo kose kaba kariko inyishu zine mugabo imwe gusa niyo y’ukuri. Naho wobona umengo inyishu zirenga imwe zishobora kuba zo, iyo ukuri ni imwe gusa wisunze ico ijambo ry’Imana ryanditswe muri Bibiliya canke iryahishuwe na Mpwemu Yera. YESU KRISTO YAGIYE MURI YORODANI KUBATIZWA NA:a) […]