« Ibitabu umurundi wese akwiriye gusoma canke gusomerwa » Dr Levi Rukundo

« INZIRA INDWI ZO GUTABARA NO GUKIZA UBURUNDI- Isezerano ry’igihugu gitemba amata n’ubuki.»Iki gitabu kirimwo ibitabu bitanu (5 Tomes), hamaze gushirwa ahabona ibitabu bibiri bimaze gusomwa cane no gukundwa na benshi. Abasomyi bakomeza kuvuga uko basanga ivyo bitabu. Umugwi wa mbere ugira uti: «Warakoze kwandika ivyo bitabu ku buryo bgumvikana neza kandi ukoresheje inyuguti ziboka […]