Muhaguruke mutonde urugamba tugwana na satani n’abadayimoni tubomore mw’Ihanga ry’Imana

Hanga Ryera ry’Imana nawe mu-Kristo aho uri hose, turabaramukije mw’izina ry’Umwami n’Umucunguzi wacu Yesu Kristo, shalom! Hariho abizera batamenya agateka kabo ngo bagahagararire kubera yuko baboshwe n’inyigisho z’ibinyoma canke imigenzo y’abantu. Ivyo ni ibiziriko biva kuri wa mwansi satani biva ku kutamenya ibanga ry’umu-Kristo. Uwa-Kristo ni umuntu yizeye ubutumwa bg’ukuri bg’ijambo ry’Imana Bibiliya Yera kuko […]