Imana iguma ihishura yuko yiyiziye kugira ico ikoze.
IHANGA RYERA RY’IMANA:IMBURI YURURUTSE IVA MW’IJURU KUWA 31-01-2021Umusavyi w’Uhoraho Imana yongera kwumva ijwi rituragara rivuye mw’Ijuru riti:“Mwana wanje, nagutoranije kuva kera kugira ngo uburire ihanga natoranije.Genda wongere ubabgire uti nabatumyeko abahanuzi benshi baza kubabuririraariko kandi hariho n’abahanuzi b’ibinyoma bihagurukije n’abahagurukijwe nawa murwanizi kugira ngo aze kubahuvya, gusuka urujijo mu buhanuzi nokubazimiza.” Arongera ati: “Wongere ubabgire […]