Mashengero menshi yobonetse ari iyororero ry’ivyaha akwiriye kwisubirako.

Umwami Yesu Kristo yamamare hose. Hejuru y’amadini n’amashengero hari Ihanga Ryera ry’Imana ni wa Mugeni Messaya agiye kugaruka gutora niryo shengero ryiwe. Ririko rirategurwa ritunganywa neza mu gihugu cose no hirya no hino kw’isi yose. Muribo nta caha gitegerezwa kubarangwamwo kuko Umwami Yesu ntazoza gutora abanyavyaha kuko umugabane wabo uri mu kuyaga c’amazuku. Azoza gutora […]