IMBURI N’UBUHANUZI KW’IHANGA RY’ABARUNDI : IBIHE BIREGEREJE.

                       ISHENGERO RYA YESU KRISTO- IHANGA RYERA RY’IMANA rimaze imyaka indwi ritangariza Abarundi bose n’abanyamahanga yuko Uhoraho Imana y’ubushobozi yirobanuriye kuva kera Ihanga ry’Abarundi ngo bayibere inyegu yiharije nkuko yari yarirobanuriye Ihanga rya Isirayeli. Abarundi nka bose barumvise iyo nkuru nziza. Abatari bake Mpwemu Yera yarabahishuriye iryo banga bararitahura kandi bararyemera. Mugabo rero hariho abantu […]