Amakuru avugwa cane mu gihugu c’Uburundi.

Amashengero atunu y’abadventistes b’umunsi w’indwi Uhoraho Imana yabakuyeko uburinzi baca bakubagurwa n’amadayimoni y’ubgicanyi, ukurwana no gusambura amasengero yabo ku munsi w’isabo bapfuye uburongozi n’ubuserukizi. Kandi kubgo ubuvugishwa dufise Imana izogaragaza n’abandi bubakiye kurufatiro rutarirwo. Umwe Lamber Muhimpundu nawe n’abiwe bari kurushi Uhoraho Imana yaraye abagaragaje. Baracanyemwo bashorana mu nzego z’umutekano zica zishira mu buroko a […]