Ibimenyetso vy’ibihe: Umwungere mukuru wa Ekleziya katolika yashize ahabona umugambi werekana yuko iryo dini ryataye umurongo ngo abasangiye ibitsina bashobore kurongorana
Ibimenyetso vy’ibihe Umwungere mukuru wa Ekleziya katolika PAPA FRANCIS yashize ahabona yuko abasangiye ibitsina bashobore kurongorana. Papa Francis yatanguye avuga ngo jewe ndiki kugira ncire urubanza abagabo bahuza ibitsina, n’abagore barongorana. Uyu munsi hoho yabivuze avyeruye ngo ni babahe uburenganzira bgo kwabirana. Ubu ni ca gihe c’umugararizo cahishuwe camaze gushika. Mwebge mukiyoboka KATOLIKA mumenye yuko […]