Umutumiro w’amasengesho y’Ihanga ry’Imana yo kubohoza ababoshwe.
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO YO KUBOHOZA ABABOSHWEHanga ry’Imana namwe mwe mwizera Umwami Yesu kuba Umukiza wanyu, twama duhamagarira abantu bose kwizera Yesu Kristo, kw’ihana ivyaha, kubatizwa n’ukwezwa. Murazi yuko dufise urutonde rwo gutuza abarozi mu gihugu cacu c’Uburundi no mw’ihanga ryacu ry’Abarundi. Iminsi y’agatanu y’imivyizi (Vendredi-Friday) muri aya mezi abiri y’uyu mwaka wa 2020 yahariwe ico gikorwa […]