Umutumiro w’amasengesho arangiza ukwezi agatanguza ukundi 31/08-1/09-2020

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO ARANGIZA UKWEZI AGATANGUZA UKUNDI.Nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse kandi akaba ariko twama tubigenza, amezi yose twama dusfise amasengesho arangiza ukwezi agatanguza ukundi. Mw’Ihanga Ryera ry’Imana aho riri hose kw’isi dutumirira aba-Kristo bose kuyitabirira. Abafise ibicaniro vy’amashengesho, baraja gusengerayo, abafise ivyumba vy’amashengero bakaja ku mashengero iwabo gusengerayo; abari ukwabonyene nabo basabga gukora ibicaniro vy’amasengesho umwe […]