Urakwiriye kubatizwa umubatizo w’ukuri kugira ngo ushitse ukugororoka kwose.

Urakwiriye kubatizwa mu mazi menshi kugira ngo uharirwe ivyaha vyawe? Mw’Ishengero rya Yesu Kristo-Ihanga Ryera ry’Imana uko tuvuga ubutumwa niko abantu bihana ku bginshi kandi niko n’abizera babatizwa bagasengerwa maze bagahabga Ingabire za Mpwemu Yera. Ibi nti tubivuga kugira twishire hejuru canke ngo twihe amanota kuko nta n’ico yotumarira; ahubgo tubivuga kugira ngo n’uwutazi yuko […]