Umunsi umwe ata gitoro gihari igihugu ihomba amamikiyoni menshi kigasubira inyuma.
I BUJUMBURA IBINTU BIKOMEZA KUBA NABI CANE:Ubu nye Dimanche le 9/06/2024👉🏾Uko kwiyumguruza vyifashe kubari muri ville: Ville -Kanyosha 10.000fbu k’umuntu umwe, Ville- Ruziba : 15.000 kumuntu Ville- Musaga : 7.000 Ku muntu 1 Ville-Kinindo : 7.000 kumuntu – Ville- Carama* : 15.000 Ku muntu Ville- Kamenge : 10.000 Ku muntu, Ville- Gatumba: 20.000 kumutuN.B: Ahantu […]