Ubuhanuzi buguma bushitswa:Abantu bicwa ku munsi ku munsi ukamengo ni ibisanzwe.
Yitwa Nkeshimana Guillaume wi Mwaro yaraye agandagujwe n’umugore wiwe mu Kibenga yazanye abantu abashira mucumba yinjiye baraniga bamanika munzu. Kayanza:umu polisi w’umu agent batazira Tindo arashe umu brigadier batazira Kiduduye aciye aca arapfa. Ubu ikiziga c’uwapfuye kuri muri morgue uwabikoze nawe ariko arabazwa Urumva bari bavuye muri patrouille hanyuma bahura n’umuntu amusaba ngo amusororere. Hama […]