Gutegura Imeza y’Umwami Yesu canke Isangira Ryera

      IMEZA Y’UMWAMI YESU CANKE ISANGIRA RYERA I GITEGA NA KARUSI Imeza y’Umwami Yesu Kristo canke Isangra Ryera ryerekana urukundo rwagahebuza Uhoraho Imana yakunze abantu bayo. Isangira Ryera canke Imeza y’Umwami Yesu Kristo ni icibuco c’uko Umwami Yesu yitanze ku bgawe no kubganje. Yaritanze kugira ngo ababazwe, yicwe amanitswe ku musaraba, ahambge kandi azukane intsinzi […]