Ishengero rya Yesu Kristo I Bujumbura rirasengera kandi rigahezagira Abana bato
Kuri uyu munsi igenekerezo rya28/06/2020, Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga ry’Imana ryi Bujumbura, ryazindukanye uruhimbi ariryo Sangira Ryera ico gikogwa co kwegera Imeza y’Umwami Yesu Kristo cafatanije n’ikindi gikorwa c’iteka co gusengera no guhezagira abana bato b’abizera [Matayo 19:13] Bavyeyi, nimba hariho ikintu ciza cane mushobora gukorera abana banyu muri iy’isi ya none ni ukwereka […]